gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Muri Kongo, 84 kw’ijana vy’abana bahuye n’ingaruka z’intambara. ONU Itabariza abanyagihugu ba Gaza bageze aho bafungura ivyatsi n’inyama z’ibikoko vyo mw’ishamba kubera kubura imfungurwa. Prezida wa Amerika yemeje itegeko rizotuma abimukira baca ku mupaka wa Megezike bagabanuka cane.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, umuryango w’umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana urarondeza aho uwabo aherereye. Abanyeshamakuru bahunze intambara muri Kongo bavuga ko bariko bahura n’ingorane zikomeye. Perezida Joe Biden, ari mu Bufaransa, aho yagiye kwifatanya n'abandi mw'isabukuru y'imyaka 80 y'iciswe D-Day.