gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, habaye ibirori vyo guhimbaza imyaka 33 irangiye hemejwe amasezerano y’ubumwe bw’abarundi. Muri Senegali, Prezida Macky Sall yafashe ingingo yo guhagarika amatora yari ateganijwe mu mpera z’uku kwezi. Muri Amerika, Taylor Alison Swift yatsindiye igihembo cyiswe Grammy Award cya 2024.
13:00 - 13:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uburundi bwizihije imyaka 33 ishize hemejwe amasezerano y’ubumwe bw'Abarundi. Umuryango w'Ubumwe bw’Afurika uranenga icyemezo cya Senegal cyo gusubika amatora. Isirayeli yatangaje ko yishe abarwanyi ba Hamas benshi. Muri Nijeriya, abantu 35 bari mu bari bashimuswe bavuye mu bukwe ntibaraboneka.