gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Mu Rwanda, ibikomoka kuri Peteroli vyaraye bidugijwe duze ibiciro ku rugero rutamenyerewe. Muri Kongo, Moise Katumbi atavuga rumwe na reta azokwitoza mu ma tora y’umukuru w’igihugu azoba mu kwa 12. Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya ryemereye Etiyopiya imfashanyo y'imiliyoni 680 y'amadolari.
Iwanyu mu ntara

Murisanga
Abaharanira uburenganzira bw’abakobwa bakomeje kuvuga ko bagihura n’ingorane zitandukanye, zituma batabasha kwitabira amasomo kimwe na basaza babo. Kimwe mu bibazitira harimo kubura ibyangombwa by’isuku, byo kwifashisha mu bihe by’imihango. Mu kiganiro Murisanga cy’uyu munsi turagaruka kuri kibazo.
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, reta igiye kwimura abaturage batuye ahitwa Nyabugete komine muha mu ntara ya Bujumbura. Muri Uganda Robert cyaguranyi umunyapolitike utavuga rumwe n’ubutegetsi yatwe muri yombi. Ubufaransa bwatangaje ko bugiye gukura ingabo zabwo muri Nijeri muri iki cyumweru amakuru arambuye ni mu kanya
Amakuru ku Mugoroba
Abamugariye ku rugamba bo mu ntara ya Cibitoke mu Burundi basaba leta kubegurira imidugudu begeranirijwemo. Mu burasirazuba bwa Kongo haravugwa umwuka utari mwiza hagati y’ingabo za leta n’abarwanyi ba Twirwaneho. Ubufaransa muri iki cyumweru buzatangira gukura abasirikare babwo muri Nijeri