gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Igitero c'iterabwoba caburijwemwo muri Uganda. Mu Burundi, abantu babiri baraguye mu gitero cyagabwe muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza. Muri Repubulika ya demokarsi ya Kongo, mu mujyi Goma ibikorwa byinshi byahagaze kubera n’imyigaragambyo yateguwe m’amashyirahamwe ategamiye kuri Leta.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Muri Repubulika ya Demokrasi ya Kongo, abakekwa kugira uruhara mw’iyicwa ry’abantu barenga 40 mu ndwi iheze bazorengutswa imbere y’intahe. Muri Uganda, igiporisi caburijemwo igitero c’iterabwoba gisagara ca Kampala. Umusirikare yayoboye kudeta muri Gabon uyu musi yarahijwe nka perezida w’agateganyo.
19:30 - 19:59