gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
16:00 - 16:59
Murisanga
Muri Murisanga c’uyu musi, turabira hamwe n’abatumire ibintu Uburundi bumaze kurangura kuva buronse intahe yo kwikukira mu mwaka w’1962. Turabe kandi bimwe mu bintu vyoba vyaratumye ibihugu vyinshi bikiri mu nzira y’amajambere, bitashoboye gukura akarusho mu ntsinzi yo kwigobotora abakoloni.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Umutegetsi mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko yagendeye Abarundi zo mw’ikambi ya Lusenda. Kuri uyu musi wa kabiri itariki ya kane y’ukwezi kw’indwi u Rwanda rurahimbaza imyaka 61 y’ukwikukira n’imyaka 29 y’ukwibohora. Prezida wa Senegal atangaza ko atazosubira kwitoza mu mabanga y’umukuru w’igihugu.
19:30 - 19:59