gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Amagambo yanditswe n’umhungu wa Prezida Museveni ku rubuga rwe rwa Twitter akomeje gukurura impaka mu karere. Lt Gen. Muhoozi Kainerugaba, umuyobozi w’ingabo za Uganda zirwanira ku butaka, yanditse ejo ko Perezida Uhuru Kenyatta yagombye kuba yariyamamarije, kuyobora Kenya ku nshuro ya gatatu.
Amakuru y'Akarere
Abacuruzi bakorera ku mupaka wa Gatuna uhuza u Rwanda na Uganda, bavuga ko ubucuruzi bwabo bwongeye gusubira inyuma. Perezida wa Repuburika ya demokarasi ya Kongo yahinduye umukuru w’ingabo. Mu Burusiya, abashingamateka bemeje ko intara zine za Ukraine ico gihugu cigaruriye zicegukira icese.
Amakuru ku Mugoroba
Ivyanditswe n’umuhungu wa Prezida Yoweri Museveni ko yotera intambara muri Kenya vyatumye haba umwuka mubi hagati y’ibihugu vyombi. Prezida wa Repuburika ya demokarasi ya Kongo, yahinduye umukuru w’ingabo. Mu Burusiya, abashingamateka bemeje ko intara 4 za Ukraine ico gihugu cigaruriye zicegukira.