gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Sergey Lavrov, umushikiranganji w'imigenderanire y'Uburusiya n'ayandi makungu yagendeye Uburundi. Umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza Rishi Sunak azogirana ibiganiro na Prezida Joe Biden mu ndwi itaha Uburusiya bwatangaje ko buzoserukirwa ku rwego rubikwiye mu nama y'abaperezida ba BRICS.
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda, amazu arenga 100 yacurirwagamo mu Gakinjiro ka Gusozi yafunzwe. Uyu ni umunsi wahariwe kwamagana ububi bw’itabi -OMS irasaba za leta z’ibihugu gutera ibihingwa bibasha kugaburira za miliyoni z’abaturage. Uburusiya bwatangaje ko buzoserukirwa ku rwego rubikwiye mu nama ya BRICS
Amakuru y'Akarere
Ku munsi mpuzamahanga wo kuzirikana ububi bw’itabi, ONU irasaba za leta guhagarika inkunga zateraga ubuhinzi bw’itabi. Ingabo za Sudani zahagaritse ibiganiro zagiranaga n’umutwe witwara gisilikare zihanganye na wo. Muri Ukraine hari impungenge ko hashobora kuba impanuka ya nikiliyeri.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi abanywa itabi baguma bagabanuka kuko abarigurisha bavuga ko ababashorera benshi ari abarenza imyaka 40. Intambara hagati ya Ukraine n’Uburusiya irashobora guteza impanuka ya nikiliyeri. Muri Namibiya abantu 13 bo mu muryango umwe bitavye Imana inyuma y’aho bafunguye ubuyi butameze neza.