Abasirikare 8 ba ONU bapfuye mw’isanganya rya kajugujugu muri RDC Uburusiya Buvuga ko Bugiye Guhagarika gutera imicungararo y’umurwa mukuru Kiev wa Ukraine
Imirwano hagati y’umutwe wa M23 n’ingabo za FARDC yasatiriye umujyi wa Bunagana usangiwe na Uganda na Congo. Ibanki nkuru y’u Rwanda yashyize ahagaragara uko ubutunzi bw’u Rwanda buhagaze.
Murisanga y'uno munsi yatumiye Muganga Jean Marie Harimenshi aheruka kugurura ibiro vyo gupima ingwara ya Cancer i Bujumbura mu Burundi.
Inkombe z’Uburasirazuba bwa Ostraliya Zibasiwe n’Indi Myuzure. Ghana Izotangura Gukora Incanco za Covid-19
Uburusiya bwateye amabombe ku mijyi yo muri Ukraine n’ubwo bwari bwarahiriye kuva i Kyiv.