gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Burundi: Hari aho abanyeshuli mu mashuli abanza bicara hasi kubera kutagira intebe Burundi: Umunyarwandakazi Ingabire Diane yaje ku mwanya wa mbere mu isiganwa ry'amagare mu bakobwa Perezida wa Misiri aravuga ko intambara yo mu ntara ya Gaza ishobora gukwira mu karere k’uburasirazuba bwo hagati
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Inteko za Israyeri n'ibimodoka vya Bulende zinjiye mu gice co mu buraruko bw'intara ya Gaza. Zaguye ibikorwa vyazo kurushiriza muri iyo ntara ONU itangaza ko ibiharuro bishasha bafise vyerekana ko hariho abantu imiriyoni 6.9 bataye ingo zabo muri Republika iharanira demokarasi ya Congo
19:30 - 19:59