gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Leta y’u Rwanda iratangaza ko yamaze gukura Abanyarwanda bose bavyipfuza muri Sudani. Muri Sudani impande ebyiri z’abashyamiranye barwanira ubutegetsi zumvikanye ku gahenge k'imisi 7 kuva kw'italiki 4 y'uku kwezi kwa gatanu. Amerika izohereza abasirikare 1500 ku mupaka ihana na Mexique.
13:00 - 13:29