gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu buseruko bwa Republika ya demokrasi ya Kongo, abarenga 40 bahitanywe n’imvura y’isegenya. Muri Kenya, imyiyerekano y’abatavuga rumwe na Reta yahagaze. Urupurizo Ubushinwa bwarungitse mu kirere c’Amerika rwaregederanije amakuru y’iperereza ahantu henshi hari ibikorwa vy'igisirikare c'Amerika.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, Karasira n’abamwunganira mu mategeko basaba umucamanza kumusuzuma uburwayi bwo mu mutwe mbere y'uko aburana. Muri Kongo, inkangu zahitanye abantu 42 muri teritwari ya Masisi. Finlande yinjiye mu muryango wa OTAN nk'igihugu cya 31. Donald Trump azitaba urukiko rwa New York ejo kuwa kabiri.