Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku ngingo ishirahamwe, CAF, ryafashe yo guha uburenganzira igihugu ca Maroke bwo kwakira igikombe c’umupira w’amaguru c’ibihugu vyo muri Afrika mu mwaka w’i 2025.
Guverinoma ya Repubulika ya Demokarasi ya Kongo irashaka ko MONUSCO iyivira mu gihugu bidatinze. Muri Gabon, umugore wa Ali Bongo arashinjwa icyaha cy’iyezandonke. Hano muri Leta zunze ubumwe z’Amerika, Senateri Dianne Feinstein yitabye Imana.
Uburundi bwahinduye ahagombaga kubera igitaramo cy’umuhanzi w’Umunyarwanda The Ben. Guverinoma ya Repubulika ya Demokarasi ya Kongo irashaka ko MONUSCO iyivira mu gihugu bidatinze. Muri Gabon, umugore wa Ali Bongo arashinjwa icyaha cy’iyezandonke.