gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Uburundi na RDC Vyasinyiraniye amasezerano mu vya gisirikare. Sentare mu ntara ya Gitega mu Burundi, yarahanishije umunyororo uri hagati y’umwaka umwe n’ibiri abantu 7 baregwa kuryamana bahuje igitsina. Abantu 5 barasize ubuzima mw’isanganya ry’ubwato hafi y’amazinga y’igihugu c’Ubugiriki
Iwanyu mu ntara
Uburundi bwasinyanye amasezerano y’ubufatanye mu bya gisirikare na RDC Kongo. Nyuma y’uruzinduko Perezida Evariste Ndayishimiye yagiriye I Kinshasa. Urukiko mu ntara ya Gitega mu Burundi, rwahanishije igifungo kiri hagati y’umwaka umwe n’ibiri abantu 7 bashinjwa kuryamana bahuje igitsina.
Amakuru y'Akarere
Impunzi z'Abarundi ziri mu gihugu ca Tanzaniya ziratewe umutima uhagaze n'uko zishobora gutahukanwa ku nguvu. Jenerali Abdel-Fattah Burhan uyoboye Sudani ari mu ruzinduko rwe rwa mbere muri Misiri. Prezida Putin, ntiyitabiriye imihango yo gushyingura Yevgeny Prigozhin wahoze ari umukuru wa Wagner.