gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
RDC: bamwe mu umuryango wa Lazare Sebitereko umwe mu ncabwenge zo mu Minembwe urasaba ko arekurwa Rwanda: abunganira umunyapolitiki utavuga rumwe na leta Madame Ingabire Victoire Barasaba ko ahabwa uburenganzira bwo gukora politike Urubyiruko rwo muri Nijeriya rurategura imyigaragambyo
16:00 - 16:59
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
U Rwanda rwatangaje ko rwatewe n’ikiza c'indwara y'ibihara vy'inkende. Burundi: Imwe mu migambwe yemeza ko CNDD-FDD, ari wo wiganziye umurwi ujejwe gutegura amatora ku rwego rw’intara CEPI Amerika: Perezida Joe Biden ashaka ko abashingamateka bemeza amategeko agabanya ubudahangarwa rw’abaprezida