gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abayisiramu b’irya n’ino kw’isi, barimwo abo mu karere k’ibiyaga binini vya Afurika barahimbaje umusi witiriwe intama. Ijwi ry’Amerika ryaragendeye ababa mu ntara ya Makamba. No mu Rwanda uwo munsi warahimbajwe. Afrika y'Epfo yoba icamwo ibifaranga vyinshi y'Umurwi w’iterabwoba ISIS.
Iwanyu mu ntara
Urukiko rw’ubujurire mu Bwongereza rwemeje ko icyemezo cya Leta co kwohereza abimukira mu Rwanda kidakurikije amategeko. Umunyarwanda Filipo Hategekimana wahoze ari umujandarume mu Rwanda, yahamwe n’icyaha cya jenoside mu Bufaransa. Ubudage burimo kwihutisha gukura ingabo zabwo muri Mali.
Amakuru y'Akarere
Guverinoma y’Ubwongereza yajuririye icyemezo cy’urukiko rwanga kohereza abimukira mu Rwanda. Imiryango y’ibihugu bihurikiye muri EAC, SADC n’umuryango w’Ubumwe bw’Afurika bafite impungenge z’umutekano muke mu burasirazuba bwa RDC. UNESCO yiteguye kwakira na none Amerika mu banyamuryango bayo.