gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Perezida Museveni wa Uganda aramagana igitero igerutse kugabwa ku ngabo z’icyo gihugu ziri muri Somalia Mu Rwanda umuryango Cladho, urasaba ubutegetsi , kubahiriza uburenganzira bwa muntu mu gihe cyo kwimura abaturage mu manegeka. Ingabo z’Uburusiya zateye i Kyiv umurwa mukuru wa Ukraine.
Iwanyu mu ntara
Prezida Museveni wa Uganda, kuri uyu wa mbere yashyize umukono ku itegeko riteganya ibihano bikaze ku bakundana bahuje ibitsina. Muri Uganda haravugwa inzara imaze guhitana abagera ku bihumbi 2200 mu kerere ka Karamoja. Prezida Recep Tayyip Erdogan wa Turikiya yongeye gutorewa kuyobora icyo gihugu.
Murisanga
Ku ncuro ya mbere, Uburundi bwaronse ubwato bunini butwara abantu n'ibintu bukorewe muri ico gihugu. Ubwo bwato bwitwa MV Musumba1. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, yatumiye Elvis Hatungimana, ari mu bakurikiranye ibikorwa vyo gukora ubwo bwato kuva buciyumvirwa gushika buhere.
Amakuru y'Akarere
Amashirahamwe ategamiye kuri reta yo muri grupema ya Kamanyola yakoze imyiyerekano yo kwiyamiriza amatgisi y'umurengera. Perezida wa Uganda yashize umukono kw'itegeko rihana abakorana imibonano basangiye igitsina. Indege z’Uburusiya zasubiye kurasa ibisasu i Kyiv ku murwa mukuru wa Ukraine
Amakuru ku Mugoroba
Perezida Museveni, yashize umukono ku itegeko rihana abakorana imibonano basangiye igitsina. Reta y'u Rwanda yatangaje ko inyama y’ingurube iziyongera ku binfungurwa vy’abanyeshuli bagaburirwa kw’ishuli. Mu butaliyano abantu bashika kuri bane bitavye Imana mw’isanganya ry’ubwato.