gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 17:00
Murisanga
Icuka ca politike n’iyubahirizwa ry'agateka ka zina muntu mu Burundi biteye impungenge abatari bake barimwo na Ekleziya Katolika. Mu kiganiro Musenyeri Mukuru Simon Ntamwana, yahoze arongoye Diyoseze nkuru ya Gitega yagiranye na Diane Nininahazwe, yagarutse ku ngingo zitandukanye zega Uburundi.
Presenter:
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Muri Kongo, imvura yahitanye abantu 9 muri segiteri ya Mutambala muri Teritware ya Fizi. Imyuzure kandi yibasiye Kenya, aho ku musi wa mungu yahitanye abantu bagera kuri 42 mu karere ka Mai Mahiu. ibitero vy'indege z'ingwano za Isirayeri vyahitanye abantu batari musi ya 22 mu gisagara ca Rafah.