gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Abana babiri b’abanyarwandakazi, b’impaga bari bafite amaze 6 bahungiye I Burundi bavuye muri cyahioze ari Komini Mubuga mu Rwand barashaka Umuryango. Muri Kongo, abaturage b’i Sake, mu ntara ya Kivu ya Ruguru, bamaze amezi umunani bahunze ingo zabo kubera intambara. Barifuza gutaha
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Imiryango irenga 700 yahora ifise amazu mu micungararo y’ahari ibiro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi ntigira aho ikika umusaya.Muri Kongo, ibihumbi by'Abanyagihugu bahunze intambara ikomeye hagati y'ingabo za leta n’abarwanyi ba Twirwaneho muri Teritware ya Mwenga, intara ya Kivu y’epfo.