gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Abantu 5 bamaze guhanwa n'ubutungane bw'Uburundi kuva ku musi wa gatanu uheze bagirizwa gufata ku nguvu abana b'abakobwa Amerika n’abandi bahuza barashaka ko Israeli na Hamas bongera igihe c’agahenge Ishirahamwe rya Bulaya, ryatangaje ko indorerezi amatora muri Kongo kubera umutekano muke
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Burundi: Ubutabera bwahamije abantu batanu icyaha cyo gufata ku ngufu abana b'abakobwa. Rwanda: Beatrice Munyenyezi, uburana ibyaha bya jenoside, arasaba urukiko kwanga ibimenyetso bimwe na bimwe by’ubushinjacyaha. RDC: Abana benshi bahoze mu mitwe yitwaje intwaro barimo kuyisubiramo.