gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Mu Rwanda, bamwe mu banyagihugu bavuga ko babangamiwe n’umutekano muke uterwa ahanini n’ubugizi bwa nabi. Prezida wa Sierra Leone, Julius Maada Bio, ni we yatahiye intsinzi mu matora y’umukuru w’igihugu. Mu Burusiya Yevgeny Prigozhin n’abarwanyi biwe ntibazokurikiranwa n'ubutungane.
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Ku munsi mukuru wa Eid al Adha, Mufti w’u Rwanda asaba abayisilamu kwimika umuco w’urugwiro n’ubusabane. Mu Rwanda kandi mu turere dutandukanye tw’igihugu, haravugwa umutekano muke uterwa ahanini n’ubugizi bwa nabi. Perezida wa Sierra Leone Julius Maada Bio yatsinze amatora ku majwi arenga 56%.
19:30 - 19:59