gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Paul Rusesabagina wari umaze hafi imyaka 3 afungiye mu Rwanda yavuye muri icyo gihugu kuri uyu wa mbere yerekeza muri Qatari; Abasirkare 1000 ba Uganda bitegiye kwinjira muri Republika ya demokrasi ya Kongo; Ingaruka zo kutita ku bidukikije mu ntara ya Makamba mu Burundi zugarije abaturage.
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Icegera ca Prezida w’Amerika, Kamala Harris, yatangaje igihe gishasha c’ugukorana n’umugabane wa Afrika Tanzaniya: Abageze mu za bukuru mw’ikambi ya Nyarugusu batanguye kuronswa inkwi Inama nshingamateka ya Uganda yemeje integuro y’itegeko ritegekanya ibihano bikomeye ku bakundana bahuje igitsina
19:30 - 19:59