gahunda y'itangazamakuru

Iwanyu mu ntara
Uganda iravuga ko yiteguye kohereza ingabo muri Kivu ya Ruguru mu mutwe w’ingabo z’umuryango w’uburazirazba bw’Afurika Leta y’u Rwanda iranenga Amerika kunyuranya na gahunda igamije kugarura amahoro mu karere k’ibiyaga bigali

Murisanga
Bakunzi b'Ijwi ry'Amerika, mudutunge kubera ikibazo c'ubuhunga bw'ivyuma, iki kiganiro cari gishimikiye ku vyerekeye nyamugigima, amajwi yaco yanse kuja kuri uru rubuga. Tubatumirire kucumviriza ku wa gatandatu igenekerezo rya 4 ukwezi kwa gatatu. Murakoze

Amakuru y'Akarere
Rwanda ruranenga Amerika kubangamira inzira yo kugarura amahoro mu karere k’ibiyaga bigali. Imibare y'ibanze mu ibarura ry’ibyavuye mu matora muri Nijeriya yerekana ko Bola Tinubu,wo mu ishyaka riri ku butegetsi ari ku isonga Gineya Equatoriale: Uburwayi budasanzwe bumeze nka Ebola bwahitanye11
Amakuru ku Mugoroba
Leta y’u Rwanda iratangaza ko yihaye imyaka ibiri yo kurangiza ikibazo cy’igwingira mu bana. Urubanza rw’Umunyemali Kabuga Felasiyani uregwa Jenoside rwakomeje i La Haye. Perezida Putin, yategetse gukaza umutekano w'imipaka ye na Ukraine kubera za "drone" zimaze iminsi zirasa mu Burusiya.