gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abanyeshure bo muri Kaminuza y’Uburundi babangamiwe n’ubuzima buzimvye. I Nairobi muri Kenya haratangura inkino za Elite 16, zitanga uburenganzira bwo kwitabira ihiganwa rya BAL (Basketball Africa League). Uburundi buhagarariwe n'Urunani. Muri Amerika barahimbaza umunsi w'amashimwe " Thanksgiving"
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, abanyeshuri bo muri Kaminuza y’Uburundi babangamiwe n'ubuzima buzimvye.U Rwanda rufite impungenge ku ishyirwa mu bikorwa ry'amasezerano na Kongo. I Nairobi muri Kenya haratangura inkino za Elite 16, zitanga uburenganzira bwo kwitabira ihiganwa rya BAL (Basketball Africa League).
Amakuru y'Akarere

Amakuru ku Mugoroba
Muri Uganda, abantu 13 bahitanywe n’imisozi yasenyukiye ku mazu yabo biturutse ku mvura y’isegenya. Isirayeri na Hezbollah vyagirizanya kurenga ku masezerano yo gutanga agahengwe k’intambara. Donald Trump asaba ko ivyaha vya magendu mu bucuruzi vyamwagiriye, n’ihadabu yategetswe kuriha bihanagurwa