gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Icuka kibi kirabandanya hagati y'abasirikare batembagaje ubutegetsi muri Nijeri n'ishirahamwe CEDEAO. Barapfa icipfuzo co Cedeao co gusubiza ubutegetsi ku Prezida Mohamed Bazoum. Donald Trump imanza zamukomeranya ku buryo zisa n'izibangamiye icifuzo ciwe co kwiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Rwanda: Perezida Kagame yihanangirije abishyize hamwe bagatora umukuru w’umuryango w’Abakono Burundi: Perezida Ndayishimiye atangaje ko urubyiruko rw’ishyaka CNDD-FDD rufasha mu gucunga imbibe z'igihugu Komisiyo y’amatora muri Zimbabwe yemeje ko Perezida Emerson Mnangagwa ari we watsinze amatora