gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, abanyeshuri barenga 160.000 barahevye amashuri kubera ibibazo birimwo ubukene. Umutekano muke uri muri Kongo n’icuka kibi kiri hagati yayo n’u Rwanda biriko bigira ingaruka ku bucuruzi bw’abapfasoni. Muri Gineya, abatavuga rumwe na Reta babangamiye abasirikare batembageje ubutegetsi.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere

19:30 - 19:59