gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Uburundi burahakana ko ata basirikare babwo baguye mu gitero Red Tabara yemeza ko yagavye ku nkirindiro cabo muri Kongo. Kongo yaraye itanguye gutanga incanco zikingira ubwandu bw’ibihara vy’inkende ku bantu bakuru. Tanzaniya uno munsi iza kwirigwa mu matora y’abagize inzego zo hasi.
Amakuru y'Akarere
Uburundi buhakana ko ata basirikare babwo baguye mu gitero Red Tabara yemeza ko yagavye ku kirindiro cabo muri Kongo. U Rwanda na Kongo vyemeje inyandiko iganisha ku masezerano y’amahoro hagati y’ibihugu byombi. Ihagarikwa ry’imirwano hagati ya Isiraheli na Hezobollah ryatangiye gushyirwa mu ngiro.
Amakuru ku Mugoroba
U Rwanda na Kongo byemeje inyandiko iganisha ku masezerano y’amahoro hagati y’ibihugu byombi. Ihagarikwa ry’imirwano hagati ya Israheli na Hezobollah ryatangiye gushyirwa mu bikorwa. Muganga Faustine Ndugulile, Umutanzaniya wari waratorewe kuyobora OMS ku mugabane w’Afrika yitabye Imana.