gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda bitegekanijwe ko umutungo w’umuryango wa Nyakwigendera Rwigara, mu mujyi wa Kigali utezwa mu cyamunara. Mu Burundi, Ishyirahamwe ry’abagore b’abayisilamu nu ntara ya Muyinga riravuga ko kwirukana umugore mu rugo kandi yarabyaye kubera kurwanya guharika bishyira ubuzima bw’abana be mu kaga.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, Parike nkuru ya Bujumbura yagirije icese umumenyeshamakuru Sandra Muhoza ivyaha vyo “guhungabanya umutekano w’igihugu no gukwirakwiza urwanko rufatiye ku bwoko". U Rwanda, rwatangaje ko ruzokwakira abimukira bose Ubwongereza buzorungika. Burkina Faso yahagaritse Ijwi ry'Amerika na BBC.