gahunda y'itangazamakuru
Umuziki
Ikiganiro cya none kiribanda ku murwi La Compagnie Créole. Umurwi w’abaririmvyi bakomoka mu mazinga ya Antilles hamwe na La Guyane. Ayo mazinga yegukira igihugu c’Ubufaransa. Ni umurwi wabaye rurangiranwa cane mu myaka ya za 80 muri ayo mazinga eka henshi mu bihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa
Murisanga
Uno munsi tugaruka ku buvuzi buzwi nka "Accupucture" mw’ijambo ry’igifaransa. Ni ubuvuzi bukoreshwa cyane muri Aziya hifashishijwe udushinge n'ibintu by’umwimerero. Uyu munsi dushimikira kw’ikoreshwa ry’ibiribwa bifasha umubiri kwongera udukoko tuba mu muntu tutabonwa n’amaso, tuzwi nka "bacteries".
Amakuru y'Akarere
Abanyapolitike batavuga rumwe n’ubutegetsi muri Kongo baramagana icyifuzo cya Prezida Tshisekedi cyo guhindura itegeko nshinga. Muri Sudani abantu 50 bishwe mu gitero cyagabwe n’abarwanyi ba RSF. Isiraheli yaraye igabye ibitero by’indege ku bigo bya gisirikari bya Irani mu bice bitandukanye.