gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
13:00 - 13:30

Iwanyu mu ntara
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
16:00 - 16:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Meta igiye kugarukana Trump kuri Facebook na Instagram. Abasirikare ba Isirayeli bateye Sisjodaniya bishe Abanyapalesetina 9. Uburusiya bwamishe Misile kuri Ukraine. Mu gihe mu gihugu c'Uburundi havugwa ibura ry'akazi, Landry Nikiza yatanguje umugambi ukora za ampule, aha akazi abakiri bato.