gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Raporo y’abadepite mu Burundi yerekanye ko imishahara y’abakozi ba leta itunganywa n’abanyamahanga bari hanze y’igihugu Guverinoma ya Repubulika ya demokarasi yarekuye imfungwa 1685 Muri Sudani Kolera imaze guhitana abantu 390 Perezida wa Ukraine avuga ko yatunganije umugambi wo gutsinda intambara
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Perezida wa Amerika Joe Biden yashikirije ijambo abitabiriye inama rusangi y'ishirahamwe mpuzamakungu, ONU. Uburundi bwipfuza kurungika ingabo zabwo kugarukana amahoro muri Hayiti. Aborozi bo mu gisagara ca Kigali mu Rwanda bahawe iminsi cumi yo kwimurira ibitungwa vyabo ahagenewe ubworozi.