gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Muri RDC, abanyagihugu bo mu teritware ya Masisi biyamiriza ubwicanyi n’urugomo vy’imirwi yitwaje ibirwanisho irimwo Wazalendu. Muri Sudani, impande 2 za gisirikare zibandanya guhangana zirwanira ikigo c’intwazangabo kiri ku mu murwa mukuru Khartoum. Zimbabwe uno musi yazindukiye mu matora rusangi.
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Reta y’Uburundi itangaza ko igiye gukemura ikibazo cy’umutekano muke ku rubibe ruyihuza n’u Rwanda mu ntara ya Cibitoke. Muri Republika ya demokrasi ya Congo, inzego zitandukanye z'umutekano mu ntara ya Kivu yo mu buraruko zitangaza ko abantu bagera ku 200 harimwo abagore n’abana banyurujwe.