gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Burundi: Kuva muri 2021 abagabo 40 bariyahuye biturutse ku mabi bakorerwa n'abakenyezi babo Kenya: Perezida William Ruto yatangaje ko igihugu ciwe citeguriye gushira mu minwe y'abikorera ku giti cabo amashirahamwe 35 ya reta. Amasezerano hagati ya Israeli na Hamas ashobora gutinda kubahirizwa
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Mu Rwanda, Banki Nkuru y’Igihugu yagumishijeho inyungu fatizo yayo yanga ko ibiciro bizamuka Prezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko igihugu ciwe citeguriye gushira mu minwe y'abikorera ku giti cabo amashirahamwe 35 ya reta Amasezerano hagati ya Isirayeli na Hamas ashobora gutinda