gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
U Rwanda rugiye guha ibirwa vya Samoa ubuyobozi bwa Commonwealth. Mu Burundi Abanyagihugu bo mu ntara ya Cankuzo bagereye ishamba rya Ruvubu bagiriza Leta kudakingira ibidukikije no guhonyanga uburenganzira bwabo. FBI iriko iraperereza amakuru y'ibanga ko Isirayeri yoba igiye gutera Irani.
Murisanga
Uno munsi tugaruka ku buvuzi buzwi nka Accupucture mw’ijambo ry’igifaransa. Ni ubuvuzi bukoreshwa cane muri Aziya hifashishijwe udushinge n'ibintu by’umwimerero. Uyu munsi dushimikira kw’ikoreshwa ry’ibiribwa bifasha umubiri kwongera udukoko tuba mu muntu tutabonwa n’amaso, tuzwi nka bacteries.
Amakuru ku Mugoroba
Muri Kongo, M23 imaze gufata uduce twose dukora kuri teritware za Masisi, Rutshuru na Walikale mu ntara ya Kivu ya Ruguru. ONU irashobora kurekura Umunyarwanda Kabuga Felisiyani yagirizwa ivyaha vya jenoside. Hamas yarungitse mu Burusiya intumwa kuganira ku buryo intambara yo muri Gaza yohera.