gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Ibihugu bya Tanzaniya, Kenya na Uganda ni byo byatoranyijwe kuzakira irushanwa ry’igikombe nyafurika cy’ibihugu –AFCON rya 2027. Abanyarwanda bane bashyizwe ku rotonde rw’abasore n’inkumi 50 b’abanyafurika babaye ikitegererezo. Israeli zagabye ibitero mu ntara ya Gaza Siriya no ku mupaka wa Libani.
Murisanga
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turagaruka ku ntambara hagati ya Israyeri n’umurwi Hamas ibandanya kwiha inkumbi. Turavuga no ku ngaruka ishobora kugira ku mutekano mu karere ko mu buseruko bwo hagati bw’isi, no hanze yaho, twongere tuvuge no ku ngaruka igira ku banyagihugu ku mpande zompi.
Amakuru y'Akarere
Intambara hagati ya Israyeri na Hamas irabandanya kwiha inkumbi. Turukiya yohereje mu Misiri izindi ndege ebyiri zijyanye imfashanyo y’intara ya Gaza kandi ifite umugambi wo kwohereza n’izindi. Tanzaniya yateye igikumu ku masezerano yo gutunganya ibikorwa vy’ikivuko cayo n’ishirahamwe ry’i Dubai.
Amakuru ku Mugoroba
Abanyapalestina bagera ku 5.000 bamaze kwicwa. Ku ruhande rwa Isiraheli, ubutegetsi butangaza ko abarenga 1.400 ari bo bapfuye. Turukiya yarungikiye Misiri izindi ndege zibiri zijanye imfashanyo mu ntara ya Gaza. Ubumwe bwa Buraya bwongereje ibihano ku basirikare batembagaje ubutegetsi muri Nijeri.