gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Uburundi burasaba u Rwanda gutanga abakekwaho gushaka guhirika ubutegetsi muri icyo gihugu mu mwaka wa 2015. Muri Kongo urujya n’uruza hagati ya Uvira na Bukavu ntirugishoboka kubera isenyuka ry’umuhanda ubuza iyo mijyi. Muri Somalia ejo ku cyumweru humvikanye amasasu n’ibibombe biturika.
Amakuru y'Akarere
Sentare nkuru mu Rwanda yakatiye umunyororo w'imyaka 5 Bamporiki Edouard. Perezida Evariste Ndayishimiye yategetse ko inama zose za reta zigiye kuza zirakorwa mu kirundi n'ivyegeranyo bigakorwa muri urwo rurimi. Abamenyeshamakuru ba Kameruni basaba amatohoza kw'iyicwa rya mugenzi wabo Zogo
Amakuru ku Mugoroba
Umushikiranganji w’ikigega wa Reta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari ngombwa gutorera inyishu ikibazo c’imyenda ya Zambiya. Reta ya Kenya iremanga ko yishe inyoni zimaze imisi zihonya ibiterwa. Muri Nijeriya ingendo z’indege zahagaze kubera imyiyerekano y’abakozi bo ku bibuga vy’indege.