gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Umushumba wa Kiliziya Gatulika papa Fransisiko ahamagarira impande zirwana muri Sudani kurambika intwaro hasi zikayoboka inzira y’amahoro. Muri Uganda umudepite utavuga rumwe n’ubutegetsi arashaka kurega ibiro by’umukuru w’igihugu mu rukiko kubera ingengo y’imali igenerwa perezida.
Iwanyu mu ntara
Raporo nshya yasohowe na Komisiyo y’Uburenganzira bwa muntu muri Uganda iravuga ko igipolisi kiri ku isonga mu guhonyora uburenganzira bwa muntu. Amakipe ya Al Ahly yo muri Misiri na Stade Malien yo muri Mali yamaze gutsindira kuzakina imikino ya kimwe cya Kabiri cy'irushanwa rya BAL
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda, inzara yatanguye gusinzikaza abanyagihugu bo muri tumwe mu duce duheruka guterwa n’imvura nyinshi yateje imyuzure. Perezida wa RDC, Felix Tshisekedi, azogendera Ubushinwa muri uku kwezi. Igisirikare ca Sudani cakoresheje indege z’intambara gishaka gutuza ingabo z’umurwi urwanya reta
Amakuru ku Mugoroba
Prezida wa RDC, Felix Tshisekedi, azogendera Ubushinwa muri uku kwezi. Mu Rwanda, inzara yatanguye gusinzikaza abo mu duce duheruka guterwa n’imvura nyinshi yateje imyuzure. Igipolisi ca Afrika y’epfo cafashe umugabo yariko asangiza amasanamu y’ibiterasoni yakoreshejeko isanamu ya Cyril Ramaphosa.