gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Uganda: Abadepite bemeje umushinga w'itegeko ribuza abahuje igitsina kugirana imibonano. Burundi: Ibura rya lisansi na mazutu ryatumye akazi k’abatwara ibintu n’abantu gacumbagira Rwanda: Umutangabuhamya yashinje Venant Rutunga kuzana abajandarume bishe Abatutsi mu kigo cya ISAR muri 1994
Amakuru y'Akarere
Uwahoze ari umushikiranganji w’amagara y’abantu mu Rwanda, yagenywe kuba umuyobozi mukuru ajejwe progarama yo kurwanya Malaria kw’isi. Mu Burundi, ubukene bw'ibitoro buriko bushavuza benshi. Etiyopiya yakuye umuhari w’Abanyatigreya wagwanya ubutegetsi wa TPLF ku rutonde rw’imirwi y’iterabwoba.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, mu ntara ya Makamba abagera kuri 52% baracanywa amazi mabi. Dr. Daniel Ngamije yahoze ari umushikiranganji w’amagara mu Rwanda, yagenwe kuyobora progaramu yo kurwanya marariya kw’isi. Sentare nkuru y’abanyagihugu irabandanya imirimo yayo ku birego Trump akekwaho mu gisagara ca New York.