gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Kongo iracari mu bihe vy’amatora. Naho ivyayavuyemwo bitaramenyekana, hari abayatora utunenge. Ibisirikare vy’Amerika n’Ubushinwa vyasubiye gutangura ibiganiro vyavyo vyari bimaze umwaka urenga vyarahagaze. Ibanki y’isi yose yemereye Tanzaniya ingurane ya miliyari 1 na miliyoni 140 z’amadolari.
Murisanga
Muri Kongo hakomeje igikorwa cyo kubarura amajwi yavuye mu matora. Komisiyo y’amatora CENI ivuga ko imibare y’ibyavuye mu matora izatangira kujya ahagaragara tariki ya 31 z’uku kwezi. Ni amatora benshi bavuga ko yaranzwe n’ubukererwe byatumye abagombaga gutora mu bice bitandukanye badatora.
Amakuru y'Akarere
Perezida w’Amerika Joe Biden, aragenda arushaho gushyirwa mu kato mu mahanga, bitewe no gushyigikira ibitero bya gisilikare bya Isiraheli muri Gaza. Nyuma ya Mali na Burkina Faso, ingabo z'Ubufaransa zavuye muri Nijeri. Ingabo z'Amerika na Somaliya zishe umukomanda ukomeye w'umutwe wa Al-Shabab.