gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Abayisilamu bo mu Rwanda no mu Burundi bifatanyije n’abandi hirya no hino ku isi bizihiza umunsi mukuru wa Eid al Fitr Mu Burundi abanyeshuli barenga ibihumbi 71 bigaga mu mashuli abanza bavuye mu ishuli Perezida museveni yasubije mu badepite itegeko rihana abaryamana bahuje igitsina
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, umukuru w'umugambwe CNL utavuga rumwe n'ubutegetsi avuga ko umugambwe wiwe uburabuzwa. Perezida Joe Biden azotangaza mu ndwi iza ko azokwiyamamariza manda ya kabiri. Igisirikare c'Uburusiya, cemeje ko indege zaco z'ingwano zakoroye ikibombe, mu gisagara ca Begorod ku butaka bwabwo.