gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Amakuru agezweho mu Burundi: Abarundi ntibavuga rumwe ku cegeranyo c'ubwicanyi bwo mu 1972, umurwi CVR washikirije inama nshingamateka. Mu makungu OMS, iragabisha ko ikiza ca COVID-19 kitazohera mu gihe hakiri ubusumbane mw’igabanganwa ry’incanco hagati y’ibihugu bikize n’ibihugu bikenye.
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Umutekano n'ituze vyongeye kugaruka mu gisagara ca Goma Ibitigiri vy’abakobwa b’Abarundi bahungiye mu Rwanda bavyara batarashikana imyaka 18 bibandaya kwiyongera. Igisirikare ca Etiyopiya cemeza ko kiriko kirirukana inteko zo mu ntara ya Tigreya ziriko zirwanira mu ntara zibiri zo mu buraruko bw'igihugu.
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Igisirikare ca Etiyopiya cemeza ko kiriko kirirukana inteko zo mu ntara ya Tigreya ziriko zirwanira mu ntara zibiri zo mu buraruko bw'igihugu. Ubushinwa bwihoye Amerika mu gufatira ibihano abakozi bane ba guverenema y'Amerika Ibitigiri vy’abakobwa b’Abarundi bahungiye mu Rwanda bavyara batarashikana imyaka 18 bibandaya kwiyongera.