gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, abafunze bararenga inshuro enye umubare gereza zagenewe kwakira. Mu Rwanda, amazu acururizwamo iruhande rwa gare y’imodoka zitwara abagenzi mu karere ka Musanze ejo yafashwe n’inkongi y’umuriro. Ejo habaye imirwano ikomeye hagati y’ingabo za Isirayeli n’abarwanyi b’umutwe wa hamas
Murisanga
Ugukingira ibidukikije birafasha ku bungabunga ubwiza bw’ibihugu. Ni muri iyo ntumbero umwigeme Dative Dalor Uwimana azwi nka Miss Popularity 2021 yafashe iyambere muri ivyo bikorwa mu gihugu c’Uburundi agatanguza ishirahamwe “Ikaze Ventures” rijejwe kwereka ba mukerarugendo ubwiza bw’igihugu.
Amakuru y'Akarere
Abasore bo mu ntara ya Bururi mu Burundi basaba ko ingingo yo kubabuza kurongorera mu nzu za nyakatsi yoba irabangirwa. Sentare mu Rwanda yatanguye kwumviriiza ivyabona vyagiriza Jean Paul Micomyiza. Abantu 37 barapfuye baguye mu misunikano yabereye mu kibuga ca gisirikare muri Congo-Brazzaville
Amakuru ku Mugoroba
Umuyobozi w’ibiro bishinzwe guhuza ibikorwa by’inzego z’ubutasi muri Amerika, Avril Haines, avuye mu rugendo mu Rwanda no muri Kongo. Amasezerano yo kurekura abagizwe imbohe na Hamas muri Gaza ari hafi kugerwaho. PAM izohagarika imfashanyo y’abarenga ku muriyoni barimwo impunzi muri Cadi.