gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Tanzaniya, ubutegetsi bwagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe.
Iwanyu mu ntara
Martin Mateso yakoreye tereviziyo na Radiyo vy'u Rwanda yitavye Imana. Ikibazo c'Abarundikazi badandazwa muri Tanzaniya cimonogoje.Tanzaniya yagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe.
Amakuru y'Akarere
Umunyamakuru w'umunyarwanda, Martin Mateso, yitabye Imana ku myaka 70. Ishami ry’umuryango w’abibumbye ryita ku buzima, OMS, rirasaba ibihugu gukuraho akato byari byarashyiriyeho u Rwanda kubera icyorezo cya Marburg. Perezida Ruto wa Kenya n'uwari Visi-perezida we bakomeje kurebana ay'ingwe.
Amakuru ku Mugoroba
Uburundi bwibutse imyaka 31 Melchior Ndadaye wayoboye icyo gihugu yishwe. Polisi muri Mozambike yahanganye n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bari mu myigaragambyo yo kwamagana ibyavuye mu matora. Intumwa ya Amerika yari i Beyiruti, mu murwa mukuru wa Libani mu biganiro n'abategetsi b'icyo gihugu