gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
13:00 - 13:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uyu munsi, Uburundi bwazirikanye imyaka 29 ishize abasilikare bishe Perezida Ndadaye. Abantu bagera ku 150 barishwe mu mirwano y’amoko muri leta ya Blue Nile muri Sudani. Naho hano muri Amerika, urukiko rwakatiye Steve Bannon, wahoze ari umunyanama wa mbere wa Perezida Donald, igifungo cy'amezi ane