gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Prezida w’u Rwanda Paul Kagame mw’ijambo yashikirije muri ONU yavuze ko ibihugu biri mu nzira y’iterambere bihangayikishijwe n’ikibazo c’amadeni. Hagati aho, Paul Kagame azokwitoreza manda ya kane mu mwaka uza. Umuhungu wa Ali Bongo aherutse kuvanwa ku butegetsi bwa Gabon yatawe mu mvuto.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, amafaranga y'ubwishingizi kubafise imiduga n'amapikipiki yadugijwe ibice 44%. Prezida Paul Kagame yagaragaje ko azokwitoreza manda ya kane. Bamwe mu batavuga rumwe nawe bamusaba guheba uwo mugambi. Umuhungu wa Ali Bongo Odimba aherutse kuvanwa ku butegetsi bwa Gabon yatawe muri yompi