gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Icuka kibi kirabandanya hagati y'abasirikare batembagaje ubutegetsi muri Nijeri n'ishirahamwe CEDEAO. Barapfa icipfuzo co Cedeao co gusubiza ubutegetsi ku Prezida Mohamed Bazoum. Donald Trump imanza zamukomeranya ku buryo zisa n'izibangamiye icifuzo ciwe co kwiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu burasirazuba bwa Kongo abantu 8 bahitanywe n’inkongi y’umuriro yatwitse inkambi ya Mushonezo y’abakuwe mu byabo n’imyuzure CEDEAO yemeje umunsi ntakuka wo kohereza ingabo zo muri Nijeri Esipanye yegukanye igikombe cy’isi cy’umupira w’amaguru mu bagore itsinze ubwongereza igitego 1 ku 0