Inyuma y’aho mu ndwi iheze igipolisi c’Uburundi gihagaritse amwe mu mahinguriro akora ibinyobwa vya magendo benshi bavuga ko bifise akamaro mu mubiri w’umuntu, abantu batanguye kugira amakenga kuri bimwe mu binyobwa bigurishwa mu maduka, birimwo Tangawizi, ubuki hamwe n’ibindi.