gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi abaturage bo muri komine Mutimbuzi, baravuga ko basizwe iheruheru n’imvubu zibonera imirima. Muri Leta zunze ubumwe z'Amerika, komite yihariye y'abadepite ikora anketi ku gitero ku ngoro y'inteko ishinga amategeko, irasaba ko uwahoze ari perezida Donald Trump yakurikirwanwa mu nkiko
Amakuru y'Akarere
Ingwano hagati y’ingabo za Reta ya Kongo FARDC n’umurwi uyirwanya wa M23 yabandanije uyumunsi. U Rwanda rutangaza ko umutungo w''igihugu winyongeye incuro 10% mu gice ca gatatu c'uyu mwaka.Mu gihugu ca Etiyopiya, amwe mu mabanki yasubiye kwugurura imiryango mu bice bimwe vy’intara ya Tigreya
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, sentare nkuru ya Ngozi yarekuye umushingwamanza Tony Nkina, yari amaze imyaka 2 apfunzwe.Joseph Ntakarutimana, Umurundi, ni we yatowe ngo arongore inama nshingamateka y’umuryango wa Afrika y’ubuseruko.Ubudagi bwasubije Nijeriya ibintu 20 bikoze mu Muringa vyatwawe mu gihe ca gikoloni