gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
16:00 - 16:59
Murisanga
Igitigiri c’abakoresha ibiyayura umutwe kibandanya kwiyongera mu Burundi. Umwe mu mirwi iza mu kibanza ca mbere ugizwe n’abafise imyaka iri hagati ya 25 na 34. Muri Murisanga, turarabira hamwe n’umutumire uburyo ishirahamwe BAPUD arongoye ririko rirakora mu gufasha abantu guheba iyo ngeso.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Rwanda: Gare abagenzi bategeramo imodoka mu karere ka Musanze yibasiwe n’inkongi y’umuriro Ugutana mu mitwe gukomeye kwabaye kuri uyu wa mbere, mu micungararo y'ibitaro biri mu buraruko bw'intara ya Gaza Umurwa mukuru wa Ukraine, Kiev, urageramiwe n’ibitero bikomeye Uburusiya buriko bukora
19:30 - 19:59