gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Musenyeri mukuru wa diyoseze ya Gitega mu Burundi, ahamagarira abayobozi b’igihugu gushira imbere ukubahiriza uburenganzira bwa muntu. Reta ya Somaliya irigamba kwica aba al shabab 69. Uburusiya Buragabisha intambara ya Nikereyeli butsinzwe muri Ukraine. Papa Fransisiko aragendera Afrika.
16:00 - 16:59
Murisanga
Twabatumiriye Umurundikazi, Iradukunda Kathia Gretta, yatahukanye agashimwe ko mw'ihiganwa ryitwa"Awa", ritunganywa n'Ububirigi. Gretta ahingura ibitandukanye mu giterwa " La Jacinthe d’Eau", kiri mu biterwa bibangamira ibidukikije. Umuhinga Ambasaderi Albert Mbonerane arasigura ivy'ico giterwa.
Presenter: