gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Umugambi wa Reta y’Uburundi wo kuvuza abana ku buntu nturiko ugenda neza mu makomine y’intara za Cankuzo na Ruyigi. Amerika yafatiye ibihano bamwe mu bategetsi ba leta ya Sudani n'abarwana nayo. Mike Pence, yahoze ari visi-perezida w'Amerika, ategura kwinjira mu matora y'umukuru w'igihugu.
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
U Rwanda ruratangaza ko rukeneye miliyari 300 z’amafranga yo gusana ibyangijwe n’ibiza. Muri Senegali, igipolisi cyagose urugo rwa Ousmane Sonko nyuma y’imyigaragambo yahitanye abantu 9. Inama nshingamategeko ya Amerika yaraye itoye umushinga w’itegeko wemerera Leta gukomeza kuguza amafaranga.
19:30 - 19:59